Mu kiganiro UGONA IKI? co kuri Radio Umurisho co ku wa 17 gitugutu 2021, uwurongoye radiyo RPA Bob Rugurika n'uwurongoye umugambwe PPD-Girijambo Léonidas Hatungimana bari batumiwe kugira ngo bavuge ingene babona intwaro ya Evariste Ndayishimiye inyuma y'umwaka urenga agiye ku butegetsi mu #Burundi.
Category
Show more
Comments - 10
Related videos for Bob RUGURIKA na Léonidas HATUNGIMANA bavuga ibijanye n'intwaro ya Evariste NDAYISHIMIYE: